TURI BANDE?
Ivyizamarket turi abantu twiyumviriye gukora uburyo (application) butuma umuntu abona ikintu akeneye kugura vuba cane kandi n'umudandaza nawenyene akaronka umu client w'ibintu vyiwe bitagoranye. ufise ico ushaka kubaza contact zacu ngizi hepfo.
©️2021, Ivyizamarket, all rights reserved